Ekleziya y'i Bujumbura
Umugwi wa Caritas wa Katedrale Regina Mundi warasahirije abana 60 mu kubaha ibikoresho vy’ishure15/09/2026 | ababisomye 2929 | Michel NIBITANGAJacques Nivyabandi arongoye uwo mugwi yasavye abavyeyi b'abaronkejwe ivyo bikoresho kubikenguruka uko bingana kwose; abana na bo barahimbawe cane kuko bazoja kw’ishure bafise ibikoresho; bakaba basa
Igiteramo «Uguruka ukire» c’umugwi «Regina Caeli» ni ubundi buryo bwo gutumirira abarundi kwimatura kuri kahise kabi kabazingamika10/09/2026 | ababisomye 224 | Michel NIBITANGAMusenyeri Gerevazi Banshimiyubusa yarashimye ko igiteramo nk'ico, mu bisanzwe cobaye ic’ukuryoherwa, cabaye riho ic'ugufasha mu buryo bw'indirimbo mu mugambi «Uguruka ukire» w'igisata ca Diyoseze
Abanyeparuwase ya Bukeye barakiriye akaganuke k’ukunagurwa muri Mutima-Mweranda mu kwitegurira yubile ya paruwase10/09/2026 | ababisomye 143 | Michel NIBITANGAUmwibutsamana w'umuryango w'abanaguwe muri Mutima-Mweranda muri Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, Patiri Venuste Niyontore, ati: «Nta mukristu yobaho adafise Mutima-Mweranda»; arongera ati: «Aka ni akag
Amakuru y'imibano
Ijambo ry'Inama y'Abepiskopi Katolika b'i Burundi mu gihe himirije amatora26/05/2025 | ababisomye 1928 | Michel NIBITANGAAbo Bungere ba Ekleziya y'i Burundi basaba abarundi ko bokwitaba ico gikorwa c'iteka c'amatora bafatanye mu nda, kandi bakagikora barondera ineza y'igihugu; vy’umwihariko, indongozi kuva hejuru gush
N’ubwo ikibano ciza mu Burundi kimaze gutera intambwe, ibigikeneye utwigoro twa bose vyovyo ntibibuze17/01/2025 | ababisomye 552 | Yvonne de Jésus Sr MiburoMu burundi, mu mwaka wi 2024, intambwe nziza zaratewe mu vy’ikibano ciza, ariko biraboneka ko hagikenewe utwigoro twa bose mu butandukane bwabo.
Ishure kaminuza ENS: ukumenya ivyakomerekeje Uburundi vyofasha ngo amakosa yakozwe muri kahise ntasubire19/07/2024 | ababisomye 1317 | Yvonne de Jésus Sr MiburoMuri kahise k’indyane igihugu c’Uburundi caciyemwo, bamwe mu bagiye baravugwa n'abakagizeko amatohoza ni abigisha-barezi canke abayobozi b’amashure, umuce w'abatahagarariye neza ibanga ryo gukin
Paruwase Mubimbi mu gikorwa co kugarukira ku banyagihugu bo mu Gatumba ubu begeranirijwe muri zone Mubimbi05/06/2024 | ababisomye 3432 | Michel NIBITANGAAgakemanyi abakristu bo muri Paruwase Mubimbi bashiriye abo banyagihugu bo mu Gatumba ni ako bashoboye kwegeranya, bunganiwe n’umusaserdoti wo muri Diyoseze ya Rutana, Patiri Augustin Ndayishimiye,
Ukwibuka imyaka 24 iheze habaye ubwicanyi bwagiriwe abanyeshuri bo kuri kaminuza y'Uburundi13/6/2019 | ababisomye 10499 | Michel NIBITANGAIco uyu mwaka wisangije ni ishirwaho ry'ishirahamwe «Girubuntu UB 95» rihurikiyemwo abacikacumu b'ubwo bwicanyi
INGINGO NGENGABUTUMWA ZISHINZWE N'INAMA Y'ABEPISKOPI GATOLIKA B'I BURUNDI KUGIRA HUBAHIRIZWE ITEKA RY'UGUHIMBAZA ISAKARAMENTU RY'UKARISTIYA20/4/2019 | ababisomye 12079 | Michel NIBITANGAInama y'Abepiskopi gatolika b'i Burundi yisunze ko ari ngombwa kwubahiriza amategeko ya liturjiya imbere y'amakosa yibonekeza
I KIMINA, ABASAVERI BARATANGUYE IBIKORWA VY'UKWUBAKA INZU Y'UMUHARI KU RWEGO RW'IGIHUGU25/09/2018 | ababisomye 8477 | Michel NIBITANGAZénobé NIRAGIRA yarashimiye Abasaveri bitavye ivyo bikorwa, hamwe n'abamaze gutanga uburyo bose, kuko ari bo bashoboje ko ivyo bikorwa bitangura
Ekleziya kw'isi
Paruwase Buyenzi: Abasomyi b'Ijambo ry'Imana bo mugisata c'abavuga ikirundi barahimbaje umuvunyi wabo7/10/2021 | ababisomye 15077 | Michel NIBITANGAPatiri mukuru wa Paruwase Buyenzi avuga ko abasomyi b'Ijambo ry'Imana bafasha abakristu gusenga neza mugihe basomeye neza Ijambo ry'Imana
Ivyavugiwe mu nama y'ishirahamwe UCAP ku ruhara ubuhinga bwa none bw'ukumenyesha amakuru bwagize mu gihe c'ikiza karanda ca Coronavirus6/7/2020 | ababisomye 4220 | Michel NIBITANGAUbwo buhinga bw'ukumenyesha amakuru bwarafashije abakristu kuguma baronka inyigisho ndoramana, bwongera burorosha itumatumanako ry'amakuru ajanye na Ekleziya, gutyo bararonka ikibaremesha mu bihe bito
Mw'isengero Notre Dame y'i Paris mu Bufaransa haraye habaye imisa ya mbere kuva ihiye16/6/2019 | ababisomye 2966 | Michel NIBITANGAMuri iyo misa yari irongowe n'Umwepiskopi wa Diyoseze ya Paris, Musenyeri Michael Aupetit, abapatiri bari bambaye inkofero zikomeye z'ukwikingira mu mutwe (casques)
Bikira Mariya Umuvyeyi w'Ekleziya n'uw'abantu, uwo duhimbaza ku musi wa mbere ukurikira Pentekoti10/6/2019 | ababisomye 1152 | Michel NIBITANGAMariya twaramugabanyeko Umuvyeyi, twaramurazwe n'Umwana w'Imana; ni Eva wa kabiri, ni we Nyina w'abazima, yadusubije ubuzima bw'Imana
IVYO TUZIRIKANA MU NDWI YA KABIRI Y'UBUTUMWA BWA PAPA MU KWEZI KWO GUKWIZA HOSE INKURU NZIZA YA YEZU KRISTU05/10/2018 | ababisomye 9418 | Michel NIBITANGAInyigisho ya Papa itegekanyijwe kuri iyi ndwi itwibutsa ko Umuryango ari wo Ekleziya yo ku ziko
IVYO TUZIRIKANA MU NDWI YA MBERE Y'UBUTUMWA BWA PAPA MU KWEZI KWO GUKWIZA HOSE INKURU NZIZA YA YEZU KRISTU04/10/2018 | ababisomye 5191 | Michel NIBITANGATurafise ibintu bibiri twozirikana mu vyo ibisomwa iyi nyigisho yisunga bidusaba kurwanya mu buzima bwacu: ishari n'ugutirimutsa abantu bato bato (Mariko 9,42).

Aleluya, aleluya.

Imana ni yo yatumye abantu b’isi buzura na yo muri Kristu,

yongera idushiramwo ijambo ry’ubwo bwuzure.

Aleluya.

 

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Luka (7, 36-50)

Umusi umwe, umwe mu Bafarizayo arahamagara Yezu ngo aze amuzimane. Yezu araheza arinjira mu nzu iwe, aricara ngo afungure. Haza rero umugore yigenza nabi muri ico gisagara. Ngo amenye ko Yezu yatumiwe mu nzu y’Umufarizayo, arazana agacupa k’amavuta amota cane, aja inyuma yiwe hafi y’ibirenge vyiwe, ararira amutonyangiriza amosozi ku birenge, abihanaguza imishatsi yo ku mutwe wiwe, aza arabisoma yongera abisiga ya mavuta.

Wa Mufarizayo yamutumiye abibonye, yibwira ati: «Iyo uyu muntu aba yari umuhanuzi, yari kumenya uyu mugore amukorako uwo ari we n’ukuntu agenze, ko ari umucummuzi.» Yezu na we amubwira ati: «Simoni, hari ico ngomba kukubwira.» Na we ati: «Yaga, Mukama.»  Yezu aramwishura ati: «Hari uwari afise abamufitiye imyenda babiri: umwe yari amufitiye amadenariyo amajana atanu, uwundi mirongo itanu. Babuze ico bishura, abarekurira bompi. None, muri bompi, uwuzomukunda kuruta uwundi ni nde?» Simoni aramubwira ati: «Ngira ngo ni uwarekuriwe umwenda munini.» Yezu aramubwira ati: «Waharashe!»

Ahindukiye araba wa mugore, abwira Simoni ati: «Uyu mugore uramubona? Ninjiye mu nzu yawe, ntiwansuka amazi ku birenge; ariko we, kuva aho yinjiriye, yabibombekesheje amosozi yiwe, abihanaguza imishatsi yiwe. Ntiwansomye, ariko we, kuva aho yinjiriye, ntiyigeze ahengeshanya gusoma ibirenge vyanje. Umutwe wanje ntiwawusize, ariko we, ibirenge vyanje yabisize amavuta amota neza. Ni co gituma, ndabikubwiye, ibicumuro vyiwe vyinshi biragiriwe ikigongwe, kuko yerekanye urukundo rwinshi, ariko uwo ba rekuriye bike yerekana urukundo ruke.»

Araheza abwira wa mugore ati: «Ibicumuro vyawe biragiriwe ikigongwe.» Abo bari kumwe ku meza batangura kwiyumvira bati: «Uyu muntu arekura ibicumuro ni umuntu nyabaki?» Yezu rero abwira nya mugore ati: «Ukwemera kwawe kwagukijije, genda amahoro.»

Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi)   7h00 (en Kirundi) 8h15 (en Français)   10h00 (en Kirundi)   12h00 (parfois, possibilitĂ© d'une messe circonstancielle, en Kirundi) 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 Ă  8h00
C. Confession
Mardi à vendredi: après la messe matinale
Mardi et Jeudi : 16h00 Ă  17h30 (avant la messe)
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
Paroisse: 6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
Chapelle Busoro: 9h00
B. Adoration
Du lundi au vendredi: de 7h00 Ă  19h00
Samedi: de 7h00 Ă  13h00
Dimanche: de 13h00 Ă  16h00
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 Ă  16h00
Jeudi : 15h00 Ă  16h00
Vendredi : 12h00 Ă  14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 7h30 (en Kirundi), 09h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi Ă  vendredi : 7h00 Ă  16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 Ă  17h15
Samedi : 5h30 Ă  6h20
3. PAROISSE GAHAHE
4. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 Ă  8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
5. PAROISSE KAMENGE
Messes
Paroisse: 6h00, 7h45, 9h15 (Kiswahili),11h00,16h30
Succursale Nyabagere : 6h00, 8h00, 10h00
Succursale Muyaga: 8h00, 10h00
Succursale Winterekwa: 8h00, 10h00
Succursale Gishingano : 8h00, 10h00
Succursale Nyambuye: 8h00, 10h00
Adoration Ă  la Paroisse
Mardi et Jeudi: de 7h00 Ă  18h00
6. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Lundi Ă  samedi de 7h00 Ă  19h00
7. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 Ă  17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi Ă  vendredi Ă  partir de 7h00 jusqu'Ă  21h30
Dimanche de 13h00 Ă  18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h30
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 Ă  6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 Ă  7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : de 15h00 Ă  16h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 Ă  17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 Ă  10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi Ă  14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 Ă  19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 Ă  15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
5.PAROISSE GATABO
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Le premier jeudi du mois, toute la journée
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 Ă  12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 67
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2026. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI